Urupapuro nyamukuru
Izindi ndimi zo muri Afirika zitandikwa cane kumbuga ngurukanabumenyi
Afrikaans · Akan · አማርኛ · Bamanankan · Chi-Chewa · chiShona · chiTumbuka · Ɛʋɛ · Fulfude · Gĩkũyũ · هَوُسَ · Ìgbo · isiXhosa · isiZulu · Kinyarwanda · Kiswahili · Kongo · Lingala · Luganda · Malagasy · Oromoo · Sängö · seSotho · Sesotho sa Leboa · Setswana · SiSwati · Soomaaliga · ትግርኛ · Tshivenda · Twi · Wolof · Xitsonga · Yorùbá
Évariste Ndayishimiye
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Mukunzi Nsabimana Ken Blein (ikiyago) 18:38, 24 Ruhuhuma 2023 (UTC)
SOSUMO
Ihinguriro Mukunzi Nsabimana Ken Blein (ikiyago) 18:49, 27 Ruhuhuma 2023 (UTC)
- SOSUMO, ni ihinguriro rihingura isukari rikongera rikanayidandaza.
- Ryashinzwe itariki ya 13/07/1982, uyu mwaka rikazoba rikwije imyaka 41 rivutse. Rihereye mu buseruko bw'igihugu neza na neza mu ntara ya RUTANA muri komine Gihofi,mu ntara kama ya KUMOSO.
- Rigishingwa ryatanguranye ama hegitari 5800,munyuma yararonse ayandi 1000 muzindi ntara bafadikanije nabanyagihugu.
- Amwe mumahangiro yihaye:
- -Gutezimbere ubutunzi mu buseruko bw'igihugu
- -Kuziganya amafaranga y'agaciro batarinze kugurisha isukari hanze y'igihugu
- Ihinguriro SOSUMO rikaba riterera cane mu kigega no mw'iterambere ry'igihugu. Mukunzi Nsabimana Ken Blein (ikiyago) 19:09, 27 Ruhuhuma 2023 (UTC)